BBC News, Gahuza - Urupapuro rw'itangiriro
BBC Gahuza ubu turi no kuri YouTube
Yisure urebe amakuru n’ibiganiro byacu
Inkuru iri kw'isonga
Rwanda: Umukuru w'ikigo cy'ubuziranenge bw'ibiribwa n'imiti yatawe muri yombi bijyanye n'inzoga 'zitujuje ubuziranenge'
Prof Emile Bienvenu ni umwe mu bandi bantu barenga 10 bo mu nzego za leta berekanwe i Kigali ku wa kane n'inzego zishinzwe umutekano.
Ibitero bikomeye bya Ukraine byangije ibikorwaremezo byohereza ibinyampeke mu Burusiya ku Nyanja y’Umukara
Nk'uko abategetsi bo muri ako gace babitangaje, abantu batatu, barimo umwana w'imyaka umunani, bahitanywe n'ibi bitero byabaye nijoro, naho abandi 24 barakomereka.
Abantu batanu baciye umuhigo mu kurokora ubuzima bw'abandi muri kahise
Mu 1957, yarabonye hakiri kare ko hashobora kwaduka ikiza c'ibicurane, aca yihutira gukora urucanco rushasha, bituma ubukari bw'ico kiza bugabanuka.
Putin ntagishobora kuvuga ko yatsinze intambara muri Ukraine -Uwatsindiye agashimwe Nobel k'amahoro
Mu kiganiro kidasanzwe yagiranye na Steve Rosenberg wa BBC, Dmitry Muratov yavuze ko Putine yoshobora gusa “guhonya Ukraine” ariko ko atoshobora kuyigarurira, mu gihe intambara ubu yinjiye mu mwaka wayo wa gatanu.
Irani ishobora kumara igihe kingana iki iri mu ntambara?
Haraheze amezi atandatu intambara kuri Irani itanguye. Yamara, n'ubwo ubutunzi n'ibikorwa remezo vyayo biri mu kaga gakomeye, abategetsi b'ico gihugu baracasa n'abatihutira kurondera ko ihagarara.
Burundi: 'Iyo itaba isoko twubuye muri Congo, tuba twaragize ikibazo gikomeye' - BRARUDI
Brarudi yemeye ku mugaragaro ivyari bimaze igihe mu ntamatama nk'igituma ibinyobwa vyaryo bitakiboneka neza kw'isoko ryo mu Burundi.
Amabarabara 10 ateje akaga kurusha ayandi kw'isi mu 2026
Pfunga umusipi ugukingira, wicare neza mu modoka, witegurire urugendo ruteye ubwoba, mu gihe tugiye guca muri amwe mu mabarabara ateje akaga kurusha ayandi kw'isi.
Ivyo BBC Gahuza ibahitiramwo
Umubiri wacu ukeneye izuba ringana iki?
Abahanga bavuga ko kumara igihe kirekire cyane ku zuba bitongera ingano ya vitamini D umubiri ukora, ahubwo byongera ibyago byo gutwika uruhu, guhinduka kw'ibara ryarwo no gusaza imburagihe.
APR FC yandikiye CAF isaba ko imikino iyihuza na Les Aigles du Congo yimurirwa ahandi
Ishyirahamwe ry'umupira w'amaguru mu Rwanda rivuga ko ryakiriye ubusabe bwa APR FC na ryo rikabugeza ku mpuzamashyirahamwe y'umupira w'amaguru muri Afurika ngo ibusuzume.
Kuki bidashoboka kwibagirwa uwo mwakundanye bwambere?
Ku bantu benshi, gukundana bwa mbere ni urwibutso ruguma mu mitima yabo igihe kirekire. Ariko kuki iyi mibanire ya mbere ikomeza kuba myiza mu bwenge bwacu nubwo habayeho imyaka myinshi?
Amara: Ni gute 'ubwonko bwa kabiri bw'umubiri' bugira uruhare mu buzima bwacu?
yo tuvuze ku ngingo z'ingenzi z'umubiri w'umuntu, dukunze kuvuga ku ngingo nk'umutima, ubwonko, ibihaha n'umwijima. Ariko abahanga muri siyanse ubu bibanda cyane cyane ku gice cy'umubiri kitari cyatekerejweho cyane: ubuzima bw'amara.
Uburyo butanu urwaruka rushobora kuronkamwo amafaranga menshi
N'iyo umuntu yoba ava mu muryango utunze canke yarazwe amatungo n'abavyeyi biwe, arakeneye gukorana umwete n'ubwira kugira akingire yongere ateze imbere ubwo butunzi, aho kubusesagura.
Irabire aya mashusho agaragaza izuba mu buryo bwegereye gusumba ayari amaze kubaho yose
Ayo mafoto n'amavidewo yerekana ukuzunguruka kw'ibintu bimeze nk' "imikuba" kutari bwigere kubonwa imbere y'aha.
Urashaka kuziganya uburyo ukoresha kuri internet?
Hindura uje ku rubuga ruciririrkiye rwa BBC News Gahuza
BBC Gahuza LIVE RADIO
Umva ibiganiro vya BBC Gahuza ikibiriraho (live) kuwa mbere gushika ku gatanu isaha 1730 GMT, no kuwa gatandatu 0600 GMT & 0900 GMT no kuwa Mungu 0630 GMT & 1600 GMT.
Ibiganiro bya radiyo
Podcasts
Amajwi, Podcast: Imvo n'Imvano
Ikiganiro mpaka ku bibazo bitandukanye
Amajwi, Podcast: Ikiganiro cy’abagore
Ikiganiro cy’abagore
Amajwi, Podcast: Amakuru ya BBC Gahuzamiryango
Amakuru y'akarere na mpuzamakungu mutegurirwa na BBC Gahuzamiryango
Amajwi, Podcast: Ikinamico Urunana
Teramana na BBC Gahuzamiryango mu kinamico Urunana
Amajwi, Podcast: Baza Muganga
Mubaza ibibazo mufise ku vy'amagara, Muganga akabaha inyishu kuri BBC Gahuzamiryango











































