BBC News, Gahuza - Urupapuro rw'itangiriro
BBC Gahuza ubu turi no kuri YouTube
Yisure urebe amakuru n’ibiganiro byacu
Inkuru iri kw'isonga
IKIBIRIRAHO, Kenya yasavye imbabazi Abarundi babayo ibizeza ko izobakingira
Korir Sing'Oei, umunyamabanga mukuru mu bushikiranganji bwa Kenya bujejwe imigenderanire n'ayandi makungu, ku wa mbere yagiye kubahumuriza kuri ambasade y'Uburundi i Nairobi.
Amagana y’Abarundi bageze kuri ambasade y'abo muri Kenya gushaka ibyangombwa byo gutaha i wabo
Amagana y'abarundi bageze kuri ambasade y'uBurundi muri Kenya gushaka ibyangombwa by'inzira kugirango batahe mu gihugu cy'abo nyuma yaho Perezida William Ruto ategetse guhagarikwa kw'ibikorwa by'abanyamahanga
Hafidh Ameir: Umugabo wa Samia utarakunze kugaragara yari muntu ki?
Mu bana babo harimo Wanu Hafidh Ameir, umunyapolitiki uhagarariye agace ka Makunduchi mu Nteko Ishinga Amategeko, akaba n’Umuyobozi Wungirije muri Minisiteri y’Uburezi, Ikoranabuhanga n’Ubumenyi.
Ibyo wamenya ku mabwiriza Perezida wa Kenya yatanze ku banyamahanga atangira gushyirwa mu bikorwa none
Uyu munsi Kenya iratangira igikorwa cyo guhagarika abanyamahanga bafite amaduka mato banakora ibikorwa byo gucuruza ibicuruzwa badafite ibyangombwa byemewe n'amategeko, nyuma y'uko Perezida William Ruto yategetse abayobozi guhagarika ubucuruzi nk'ubwo.
Ambasade y'u Burundi muri Kenya ivuga ko igiye gufasha abifuza gutaha
Ambasade y'u Burundi ibitangaje nyuma yuko Perezida wa Kenya ategetse ko guhera ku wa mbere nta munyamahanga uzongera gukora ubucuruzi buciriritse cyangwa gutembereza ibicuruzwa mu muhanda.
Rwanda: Herekanywe abarenga 80 bacyekwaho gukopeza ibizamini bya leta
Ibyabaye mu bizamini bisoza amashuri abanza byongeye kubyutsa impungenge ku ireme ry'uburezi butangwa mu mashuri yo mu Rwanda.
Inkongi y'umuriro yishe abantu nibura 12 muri 'salle' y'iminsi mikuru i Kinshasa
Abategetsi bavuga ko icyateye uwo muriro, ahavugwa ko hari harimo kubera ibirori byo kwiyakira mu bukwe, kitaramenyekana ariko ko amaperereza akomeje.
Indonesia: Iruka ry'ikirunga ryatumye abagenzi 150,000 b'indege basigara mu gihirahiro
Abagenzi b'indege barenga 150,000 baheze mu gihirahiro, nyuma yuko ivu ry'ikirunga rigaragaye mu kirere kiri hafi y'umurwa mukuru Jakarta kubera iruka ry'ikirunga.
Amajwi, Imvo n'Imvano: Mbega mu Rwanda abagore bategerezwa kwambara gute? , Umwanya bimara 59,00
Iki kibazo kiriko kiravugwa cane ku mbuga hwaniro, inyuma y'aho bamwe mu bari bitabiriye igiteramo c'abaririmvyi Diamond na Bruce Melodie i Kigali bankiwe kukijamwo bagasubizwa inyuma kubera ngo batikwije/bambaye ubusa.
ONU yatoye yemeza ikarita nshya y'isi yo kugaragaza ingano nyayo y'Afurika
Uwo mwanzuro wavuye ku gitekerezo cyatanzwe na Togo washyigikiwe n'ibihugu 164 – Amerika ni cyo gihugu cyonyine cyatoye kitawushyigikira.
Zelensky avuga ko Uburusiya bwarashe ku cyicaro gikuru cy'ubutasi bwa Ukraine mu gitero cya 'drone'
Iyo 'drone' yarashe idateguje rwagati mu murwa mukuru wa Ukraine.
Ivyo BBC Gahuza ibahitiramwo
'Turi mu bwoba, bamwe batubwira ngo barindiriye umunsi babirye kuri gusa'-umurundi atembereza ibicuruzwa i Nairobi
Mu nama n'abagwizatunga b'ibigo bitobito n'ibibayabaye ku wa gatatu, Prezida William Ruto yababwiye ko hari ubucuruzi butemerewe abanyamahanga.
M23 yagiriza igisirikare ca reta ya Congo kurasa indege yari itwaye imfashanyo
AFC-M23 yavuze ko kurasa iyo ndege ari igikorwa c’iterabwoba, yongerako ko bishobora gutuma amagorwa abanyagihugu barimwo arushiriza kwongerekana
Kenya yabujije abanyamahanga gukora urudandazwa rubayabaye
Muri Kenya hari abanyamahanga benshi bava mu bihugu vy'akarere bakora imirimo ibayabaye irimwo gutembereza ibidandazwa n'ivyo kurya no gukora mu mazu yo gutunganya imishatsi.
Rosenberg: Inkeke iteruye ya Putin ku Bwongereza iri muri gahunda y'Uburusiya yo guhangana n'Uburengerazuba
Perezida w'Uburusiya arashaka ko Ubwongereza bukomeza gushidikanya – no guhangayika – ku migambi nyakuri ya Moscow.
Tshisekedi na Netanyahu biyemeje gushimangira umubano mu by'umutekano n'ubukungu
Uruzinduko rwa Tshisekedi i Yeruzalemu rukurikiye urwo Perezida wa Israel yagiriye i Kinshasa mu mwaka wa 2025.
Rwanda: Abanyeshuri barenga 7000 bakopeye ibizamini bya leta bagiye kubisubiramo
Ni bwo bwa mbere mu myaka ya vuba aha ishize minisiteri y'uburezi yemeye ku mugaragaro ko habaye gukopera ibizamini bya leta bikaba ngombwa ko bisubirwamo.
Urashaka kuziganya uburyo ukoresha kuri internet?
Hindura uje ku rubuga ruciririrkiye rwa BBC News Gahuza
BBC Gahuza LIVE RADIO
Umva ibiganiro vya BBC Gahuza ikibiriraho (live) kuwa mbere gushika ku gatanu isaha 1730 GMT, no kuwa gatandatu 0600 GMT & 0900 GMT no kuwa Mungu 0630 GMT & 1600 GMT.
Ibiganiro bya radiyo
Podcasts
Amajwi, Podcast: Imvo n'Imvano
Ikiganiro mpaka ku bibazo bitandukanye
Amajwi, Podcast: Ikiganiro cy’abagore
Ikiganiro cy’abagore
Amajwi, Podcast: Amakuru ya BBC Gahuzamiryango
Amakuru y'akarere na mpuzamakungu mutegurirwa na BBC Gahuzamiryango
Amajwi, Podcast: Ikinamico Urunana
Teramana na BBC Gahuzamiryango mu kinamico Urunana
Amajwi, Podcast: Baza Muganga
Mubaza ibibazo mufise ku vy'amagara, Muganga akabaha inyishu kuri BBC Gahuzamiryango











































