BBC News, Gahuza - Urupapuro rw'itangiriro
BBC Gahuza ubu turi no kuri YouTube
Yisure urebe amakuru n’ibiganiro byacu
Inkuru iri kw'isonga
IKIBIRIRAHO, Amerika yarashe amato ya Iran y'ibikomoka kuri peteroli mu gihe Tehran yarashe ikigo cya gisirikare cy'Amerika muri Jordan
Ubu bushyamirane bwongeye kwiyongera nyuma yuko Iran irashe ubwato bw'intambara bw'Amerika ikoresheje misile zo mu bwoko bwa 'ballistic'.
Kenya yahumurije Abarundi babayo ibizeza ko izobakingira
Korir Sing'Oei, umunyamabanga mukuru mu bushikiranganji bwa Kenya bujejwe imigenderanire n'ayandi makungu, ku wa mbere yagiye kubahumuriza kuri ambasade y'Uburundi i Nairobi.
Kenya yahaye abanyamahanga imisi 90 yo gutunganya ivyangombwa vyabo
Iryo tangazo rivuga riti: “Mu misi 90 iri imbere, Leta izokora igikorwa gitunganijwe neza co gufasha abarabwa n’iki kibazo kwubahiriza ibisabwa n’amategeko.”
'Nkora akazi ko gutwitira abandi kandi byampaye inyungu'
Lorna Fidelia avuga ko gutwirira abandi n'umwuga umutunze. Yabyaye abana batatu mu myaka mike ishize none ubu arashaka kubyara undi mwana.
Ibintu by'ingenzi umukobwa agomba kumenya mbere yo gushaka
Nubwo abantu benshi babona ishyingiranwa nk'umunsi w'ibirori n'ibyishimo gusa, abahanga bavuga ko ishyingiranwa ari ibirenze ibyo; risaba kwihangana, gusobanukirwa, kwiyemeza no kumenya ubuzima ugiye kujyamo.
Abarundi 600 bapfungiwe ku mupaka wa Kenya na Tanzania
Amagana y'abarundi bageze kuri ambasade y'uBurundi muri Kenya gushaka ibyangombwa by'inzira kugirango batahe mu gihugu cy'abo nyuma yaho Perezida William Ruto ategetse guhagarikwa kw'ibikorwa by'abanyamahanga
Hafidh Ameir: Umugabo wa Samia utarakunze kugaragara yari muntu ki?
Mu bana babo harimo Wanu Hafidh Ameir, umunyapolitiki uhagarariye agace ka Makunduchi mu Nteko Ishinga Amategeko, akaba n’Umuyobozi Wungirije muri Minisiteri y’Uburezi, Ikoranabuhanga n’Ubumenyi.
Ibyo wamenya ku mabwiriza Perezida wa Kenya yatanze ku banyamahanga atangira gushyirwa mu bikorwa none
Uyu munsi Kenya iratangira igikorwa cyo guhagarika abanyamahanga bafite amaduka mato banakora ibikorwa byo gucuruza ibicuruzwa badafite ibyangombwa byemewe n'amategeko, nyuma y'uko Perezida William Ruto yategetse abayobozi guhagarika ubucuruzi nk'ubwo.
Ambasade y'u Burundi muri Kenya ivuga ko igiye gufasha abifuza gutaha
Ambasade y'u Burundi ibitangaje nyuma yuko Perezida wa Kenya ategetse ko guhera ku wa mbere nta munyamahanga uzongera gukora ubucuruzi buciriritse cyangwa gutembereza ibicuruzwa mu muhanda.
Rwanda: Herekanywe abarenga 80 bacyekwaho gukopeza ibizamini bya leta
Ibyabaye mu bizamini bisoza amashuri abanza byongeye kubyutsa impungenge ku ireme ry'uburezi butangwa mu mashuri yo mu Rwanda.
Ivyo BBC Gahuza ibahitiramwo
ONU yatoye yemeza ikarita nshya y'isi yo kugaragaza ingano nyayo y'Afurika
Uwo mwanzuro wavuye ku gitekerezo cyatanzwe na Togo washyigikiwe n'ibihugu 164 – Amerika ni cyo gihugu cyonyine cyatoye kitawushyigikira.
'Turi mu bwoba, bamwe batubwira ngo barindiriye umunsi babirye kuri gusa'-umurundi atembereza ibicuruzwa i Nairobi
Mu nama n'abagwizatunga b'ibigo bitobito n'ibibayabaye ku wa gatatu, Prezida William Ruto yababwiye ko hari ubucuruzi butemerewe abanyamahanga.
M23 yagiriza igisirikare ca reta ya Congo kurasa indege yari itwaye imfashanyo
AFC-M23 yavuze ko kurasa iyo ndege ari igikorwa c’iterabwoba, yongerako ko bishobora gutuma amagorwa abanyagihugu barimwo arushiriza kwongerekana
Kenya yabujije abanyamahanga gukora urudandazwa rubayabaye
Muri Kenya hari abanyamahanga benshi bava mu bihugu vy'akarere bakora imirimo ibayabaye irimwo gutembereza ibidandazwa n'ivyo kurya no gukora mu mazu yo gutunganya imishatsi.
Rosenberg: Inkeke iteruye ya Putin ku Bwongereza iri muri gahunda y'Uburusiya yo guhangana n'Uburengerazuba
Perezida w'Uburusiya arashaka ko Ubwongereza bukomeza gushidikanya – no guhangayika – ku migambi nyakuri ya Moscow.
Tshisekedi na Netanyahu biyemeje gushimangira umubano mu by'umutekano n'ubukungu
Uruzinduko rwa Tshisekedi i Yeruzalemu rukurikiye urwo Perezida wa Israel yagiriye i Kinshasa mu mwaka wa 2025.
Urashaka kuziganya uburyo ukoresha kuri internet?
Hindura uje ku rubuga ruciririrkiye rwa BBC News Gahuza
BBC Gahuza LIVE RADIO
Umva ibiganiro vya BBC Gahuza ikibiriraho (live) kuwa mbere gushika ku gatanu isaha 1730 GMT, no kuwa gatandatu 0600 GMT & 0900 GMT no kuwa Mungu 0630 GMT & 1600 GMT.
Podcasts
Amajwi, Podcast: Imvo n'Imvano
Ikiganiro mpaka ku bibazo bitandukanye
Amajwi, Podcast: Ikiganiro cy’abagore
Ikiganiro cy’abagore
Amajwi, Podcast: Amakuru ya BBC Gahuzamiryango
Amakuru y'akarere na mpuzamakungu mutegurirwa na BBC Gahuzamiryango
Amajwi, Podcast: Ikinamico Urunana
Teramana na BBC Gahuzamiryango mu kinamico Urunana
Amajwi, Podcast: Baza Muganga
Mubaza ibibazo mufise ku vy'amagara, Muganga akabaha inyishu kuri BBC Gahuzamiryango











































